पवित्र कुरअानको अर्थको अनुवाद - الترجمة الكيروندية * - अनुवादहरूको सूची

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

अर्थको अनुवाद श्लोक: (38) सूरः: सूरतु मुहम्मद
هَٰٓأَنتُمۡ هَٰٓؤُلَآءِ تُدۡعَوۡنَ لِتُنفِقُواْ فِي سَبِيلِ ٱللَّهِ فَمِنكُم مَّن يَبۡخَلُۖ وَمَن يَبۡخَلۡ فَإِنَّمَا يَبۡخَلُ عَن نَّفۡسِهِۦۚ وَٱللَّهُ ٱلۡغَنِيُّ وَأَنتُمُ ٱلۡفُقَرَآءُۚ وَإِن تَتَوَلَّوۡاْ يَسۡتَبۡدِلۡ قَوۡمًا غَيۡرَكُمۡ ثُمَّ لَا يَكُونُوٓاْ أَمۡثَٰلَكُم
Bemeramana! Ehe mwebwe ico murarikiwe, ni ugutanga mu kwitegurira urugamba rwo guharanira idini ry’Imana Allah. Muri mwebwe, haribonekezamwo ingumyi idatanga mu guharanira idini ryayo. Burya uwubaye ingumyi, ni ukuri ni we nyene aba yiyimye. Burya Imana Allah, ni Yo Uwikenuye muri vyose ata co Ibakeneyeko, mu gihe ari mwebwe mukenye mukeneye ko Ibakenura. Nimwagenza umugongo rero mukareka kuyemera no kwubahiriza amabwirizwa yayo, Izobahonya maze Ibasubirize abandi bantu, hanyuma ntibazoba nkamwe mu bugaba.
अरबी व्याख्याहरू:
 
अर्थको अनुवाद श्लोक: (38) सूरः: सूरतु मुहम्मद
अध्यायहरूको (सूरःहरूको) सूची رقم الصفحة
 
पवित्र कुरअानको अर्थको अनुवाद - الترجمة الكيروندية - अनुवादहरूको सूची

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

बन्द गर्नुस्