पवित्र कुरअानको अर्थको अनुवाद - الترجمة الكيروندية * - अनुवादहरूको सूची

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

अर्थको अनुवाद श्लोक: (38) सूरः: सूरतुत्ताैबः
يَٰٓأَيُّهَا ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ مَا لَكُمۡ إِذَا قِيلَ لَكُمُ ٱنفِرُواْ فِي سَبِيلِ ٱللَّهِ ٱثَّاقَلۡتُمۡ إِلَى ٱلۡأَرۡضِۚ أَرَضِيتُم بِٱلۡحَيَوٰةِ ٱلدُّنۡيَا مِنَ ٱلۡأٓخِرَةِۚ فَمَا مَتَٰعُ ٱلۡحَيَوٰةِ ٱلدُّنۡيَا فِي ٱلۡأٓخِرَةِ إِلَّا قَلِيلٌ
Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo! Bigenda gute, ko iyo mubwiwe muti: “Nimusidukane n’iyonka muje kurwanira idini ry’Imana Allah”, muca munebwa ntimuve hasi! Mbega mwashimye guhitamwo ubuzima bwo kw’isi ha guhitamwo ubuzima bw’inyuma yo gupfa! Burya ukuryoherwa n’ivyiza bike vyo kw’isi, kumara akanya gato cane ugereranije n’ukuryoherwa n’ivyiza vyinshi vyo mu buzima bw’inyuma yo gupfa, bizokwamaho ibihe bidahera.
अरबी व्याख्याहरू:
 
अर्थको अनुवाद श्लोक: (38) सूरः: सूरतुत्ताैबः
अध्यायहरूको (सूरःहरूको) सूची رقم الصفحة
 
पवित्र कुरअानको अर्थको अनुवाद - الترجمة الكيروندية - अनुवादहरूको सूची

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

बन्द गर्नुस्