Ibisobanuro bya qoran ntagatifu - الترجمة الكيروندية * - Ishakiro ry'ibisobanuro

PDF XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

Ibisobanuro by'amagambo Umurongo: (15) Isura: Al Ankabut (Igitagangurirwa)
فَأَنجَيۡنَٰهُ وَأَصۡحَٰبَ ٱلسَّفِينَةِ وَجَعَلۡنَٰهَآ ءَايَةٗ لِّلۡعَٰلَمِينَ
Ni ho rero Twarokora muri nya segenya Nuhu n’abamukurikiye bari mu bwato, Turaheza Tugira irokorwa ryabo inkebuzo ku biremwa vyose.
Ibisobanuro by'icyarabu:
 
Ibisobanuro by'amagambo Umurongo: (15) Isura: Al Ankabut (Igitagangurirwa)
Urutonde rw'amasura numero y'urupapuro
 
Ibisobanuro bya qoran ntagatifu - الترجمة الكيروندية - Ishakiro ry'ibisobanuro

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

Gufunga