N’abemeramana baje mu nyuma y’abasangwa n’abimukira, bavuga basaba bati: “Mana yacu Rurema Allah! Tugumirize akabanga ku vyaha vyacu ntubiduhanire, twebwe hamwe na benewacu badutanze kwemera. Kandi, ntuze Utume tugirira inzigo n’akarigangamuhogo abadutanze kwemera. Mana yacu Rurema Allah! Mu vy’ukuri Wewe, Uri Nyenikigongwe, Nyenimbabazi ku batoni bawe[3]”.
[3] Iyi Aayah, irigisha ko umwislamu ategerezwa gukunda abamutanze kwemera mu ngendanyi z'Intumwa, akama aziyaga neza, akanazisabira ku Mana Allah; no mu gihe hagize iyivuzwe muri zo, akayisabira ati: "RADWIYA LLAAHU AN-HU" (Imana Allah Imwishimire).
Mbega, ntiwabonye abagize uburyarya, babwira benewabo bagararije mu bahawe Igitabu[4], bati: “Ni ukuri, nimwimurwa mu zanyu mukirukanwa i Madina, tuzokwimukana na mwe koko, kandi nta n’umwe tuzokwumvira ngo duheze tubatetereze mu kutimukana na mwe. Nimwaterwa naho nyene, tuzobarwanako tubatabare. Burya Imana Allah, ni Yo Cabona ko mu vy’ukuri indyarya zibabesha.
Bemeramana! Ni ukuri mwebwe, muratinyitse cane mu mitima y’indyarya n’abayahudi gusumba uko batinya Imana Allah, bitewe n’uko bo ari abantu badatahura icubahiro c’Imana Allah.
Akarorero k’abayahudi ku vyabashikiye, ni nk’ab’aho hambere yabo mu bagarariji b’i Makka ku vyabashikiye ku rugamba rwa “Badri”, no mu bayahudi bo mu muryango wa Bene Qaynuqaa’a, barahonjeje amaherezo y’ubugarariji bwabo, barahanwa bakiri kw'isi. Barategekanirijwe n’ibihano bibabaza cane mu buzima bw’inyuma yo gupfa.
Contents of the translations can be downloaded and re-published, with the following terms and conditions:
1. No modification, addition, or deletion of the content.
2. Clearly referring to the publisher and the source (QuranEnc.com).
3. Mentioning the version number when re-publishing the translation.
4. Keeping the transcript information inside the document.
5. Notifying the source (QuranEnc.com) of any note on the translation.
6. Updating the translation according to the latest version issued from the source (QuranEnc.com).
7. Inappropriate advertisements must not be included when displaying translations of the meanings of the Noble Quran.
Igisubizo cy'ibyashatswe:
API specs
Endpoints:
Sura translation
GET / https://quranenc.com/api/v1/translation/sura/{translation_key}/{sura_number} description: get the specified translation (by its translation_key) for the speicified sura (by its number)
Parameters: translation_key: (the key of the currently selected translation) sura_number: [1-114] (Sura number in the mosshaf which should be between 1 and 114)
Returns:
json object containing array of objects, each object contains the "sura", "aya", "translation" and "footnotes".
GET / https://quranenc.com/api/v1/translation/aya/{translation_key}/{sura_number}/{aya_number} description: get the specified translation (by its translation_key) for the speicified aya (by its number sura_number and aya_number)
Parameters: translation_key: (the key of the currently selected translation) sura_number: [1-114] (Sura number in the mosshaf which should be between 1 and 114) aya_number: [1-...] (Aya number in the sura)
Returns:
json object containing the "sura", "aya", "translation" and "footnotes".