แปล​ความหมาย​อัลกุรอาน​ - الترجمة الكيروندية * - สารบัญ​คำแปล

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

แปลความหมาย​ อายะฮ์: (120) สูเราะฮ์: Al-Baqarah
وَلَن تَرۡضَىٰ عَنكَ ٱلۡيَهُودُ وَلَا ٱلنَّصَٰرَىٰ حَتَّىٰ تَتَّبِعَ مِلَّتَهُمۡۗ قُلۡ إِنَّ هُدَى ٱللَّهِ هُوَ ٱلۡهُدَىٰۗ وَلَئِنِ ٱتَّبَعۡتَ أَهۡوَآءَهُم بَعۡدَ ٱلَّذِي جَآءَكَ مِنَ ٱلۡعِلۡمِ مَا لَكَ مِنَ ٱللَّهِ مِن وَلِيّٖ وَلَا نَصِيرٍ
Ntumwa y’Imana! Abayahudi n’abanaswara ntibazokwigera bakwishimira namba, kiretse hamwe wokurikira idini ryabo ukavavanura n’idini ryawe ry’ubwislamu. Babwire uti: “Uburongozi bw’Imana Allah muri Qor’ani ni bwo burongozi bw’idini ry’ukuri”. Niwahirahira rero ugakurikira ivyipfuzo vyabo kandi waramaze guhishurirwa Qor’ani, nta muhagarikizi n’umwe uzoronka agukura mu bihano vy’Imana Allah, eka mbere nta n’uwogutabara mu kugukingira nya bihano uzoronka[15].
[15] Iyi ngingo n’aho yavuzwe itumberejwe ku Ntumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imama Allah), iraba n’abo yarungitsweko.
ตัฟสีรต่างๆ​ ภาษาอาหรับ:
 
แปลความหมาย​ อายะฮ์: (120) สูเราะฮ์: Al-Baqarah
สารบัญสูเราะฮ์ หมายเลข​หน้า​
 
แปล​ความหมาย​อัลกุรอาน​ - الترجمة الكيروندية - สารบัญ​คำแปล

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

ปิด