แปล​ความหมาย​อัลกุรอาน​ - الترجمة الكيروندية * - สารบัญ​คำแปล

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

แปลความหมาย​ อายะฮ์: (213) สูเราะฮ์: Al-Baqarah
كَانَ ٱلنَّاسُ أُمَّةٗ وَٰحِدَةٗ فَبَعَثَ ٱللَّهُ ٱلنَّبِيِّـۧنَ مُبَشِّرِينَ وَمُنذِرِينَ وَأَنزَلَ مَعَهُمُ ٱلۡكِتَٰبَ بِٱلۡحَقِّ لِيَحۡكُمَ بَيۡنَ ٱلنَّاسِ فِيمَا ٱخۡتَلَفُواْ فِيهِۚ وَمَا ٱخۡتَلَفَ فِيهِ إِلَّا ٱلَّذِينَ أُوتُوهُ مِنۢ بَعۡدِ مَا جَآءَتۡهُمُ ٱلۡبَيِّنَٰتُ بَغۡيَۢا بَيۡنَهُمۡۖ فَهَدَى ٱللَّهُ ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ لِمَا ٱخۡتَلَفُواْ فِيهِ مِنَ ٱلۡحَقِّ بِإِذۡنِهِۦۗ وَٱللَّهُ يَهۡدِي مَن يَشَآءُ إِلَىٰ صِرَٰطٖ مُّسۡتَقِيمٍ
Burya rero, abantu bari umugwi umwe mu kwemera Imana Imwe Rudende Allah hanyuma baracanamwo mw’idini, Imana Allah Iraheza Irungika Abavugishwamana bashikiriza inkuru nziza abumviramana ko bazohabwa Ubwami bw’ijuru, bagabisha n’abagarariji ku bihano vy’umuriro. Yaranabarungikanye vy’ukuri Ibitabu bishimangira ukuri, kugira ngo bavyisunge mu gutunganiriza abantu ku vyo bahazanako. Nta bahazanye rero ku bijanye no kwemera Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) na Qor’ani, kiretse abahawe Igitabu ca Tawurati, inyuma y’aho bashikiriwe n’ivyemezo bitomoye biri muri co ko ari Intumwa y’ukuri, bikaba vyagenze ukwo ku kubera akadenderezo n’ishari bayifitiye. Ni ho rero Imana Allah Yaheza Ikarongora ku burenganzira bwayo, abemeye mu gutandukanya ukuri n’ikinyoma ku vyo bahazanyeko. Burya Imana Allah Irongora uwo Ishatse mu nzira yayo igororotse.
ตัฟสีรต่างๆ​ ภาษาอาหรับ:
 
แปลความหมาย​ อายะฮ์: (213) สูเราะฮ์: Al-Baqarah
สารบัญสูเราะฮ์ หมายเลข​หน้า​
 
แปล​ความหมาย​อัลกุรอาน​ - الترجمة الكيروندية - สารบัญ​คำแปล

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

ปิด