Salin ng mga Kahulugan ng Marangal na Qur'an - الترجمة الكيروندية * - Indise ng mga Salin

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

Salin ng mga Kahulugan Ayah: (2) Surah: Al-Hashr
هُوَ ٱلَّذِيٓ أَخۡرَجَ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ مِنۡ أَهۡلِ ٱلۡكِتَٰبِ مِن دِيَٰرِهِمۡ لِأَوَّلِ ٱلۡحَشۡرِۚ مَا ظَنَنتُمۡ أَن يَخۡرُجُواْۖ وَظَنُّوٓاْ أَنَّهُم مَّانِعَتُهُمۡ حُصُونُهُم مِّنَ ٱللَّهِ فَأَتَىٰهُمُ ٱللَّهُ مِنۡ حَيۡثُ لَمۡ يَحۡتَسِبُواْۖ وَقَذَفَ فِي قُلُوبِهِمُ ٱلرُّعۡبَۚ يُخۡرِبُونَ بُيُوتَهُم بِأَيۡدِيهِمۡ وَأَيۡدِي ٱلۡمُؤۡمِنِينَ فَٱعۡتَبِرُواْ يَٰٓأُوْلِي ٱلۡأَبۡصَٰرِ
Ni Yo Yasohoye mu zabo abayigararije mu bahawe Igitabu, kw’iyimurwa rya mbere[1]; ntimwaziga ko bokwimutse, na bo nyene biyumvira ko inzitiro-ntamenwa zabo zizobakingira ibihano vy’Imana Allah, maze igihano c’Imana Allah co kubimura, kibashikira mu buryo batari biteze. Itera ubwoba mu mitima yabo, bisamburirako amazu yabo n’iminwe yabo, hamwe n’iminwe y’abemeramana. Emwe bantu mufise ubwenge, mwihweza ibintu n’ibindi mukabona ukuri! Enda nyabuna rero, nimuhakure icigwa, maze mwikebuke!
[1] Abayahudi bo mu muryango wa Bene Al-Nadwiir, ni bo bayahudi ba mbere bakuwe mu zabo mu Kigobe c'Abarabu, baca bimukira muri Shaamu.
Ang mga Tafsir na Arabe:
 
Salin ng mga Kahulugan Ayah: (2) Surah: Al-Hashr
Indise ng mga Surah Numero ng Pahina
 
Salin ng mga Kahulugan ng Marangal na Qur'an - الترجمة الكيروندية - Indise ng mga Salin

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

Isara