Bản dịch ý nghĩa nội dung Qur'an - الترجمة الكيروندية * - Mục lục các bản dịch

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

Ý nghĩa nội dung Câu: (2) Chương: Chương Al-Nur
ٱلزَّانِيَةُ وَٱلزَّانِي فَٱجۡلِدُواْ كُلَّ وَٰحِدٖ مِّنۡهُمَا مِاْئَةَ جَلۡدَةٖۖ وَلَا تَأۡخُذۡكُم بِهِمَا رَأۡفَةٞ فِي دِينِ ٱللَّهِ إِن كُنتُمۡ تُؤۡمِنُونَ بِٱللَّهِ وَٱلۡيَوۡمِ ٱلۡأٓخِرِۖ وَلۡيَشۡهَدۡ عَذَابَهُمَا طَآئِفَةٞ مِّنَ ٱلۡمُؤۡمِنِينَ
Umusambanyikazi n’umusambanyi mu gihe batarubaka izabo, igihano c’umwe wese muri bo, ni ugukubitwa ibimoko ijana[1]. Ukubumvira impuhwe rero, ntikuzotume mudashira mu ngiro canke mutezura ico gihano nimwaba mwemera Imana Allah koko hamwe n’umusi w’iherezo, munubahiriza neza n’amabwirizwa y’ubwislamu. Ishirwa mu ngiro ry’ico gihano rero, ritegerezwa gushengererwa n’abemeramana ku kugira babone ububi bw’ico caha c’ubusambanyi, maze bavavanure na co hamwe no kucihanikiriza.
[1] Vyarakiriwe mu migenzo y’intumwa ko hamwe n’ivyo bimoko ijana akubitwa, aheza akangazwa mu kiringo c’umwaka umwe.
Các Tafsir tiếng Ả-rập:
 
Ý nghĩa nội dung Câu: (2) Chương: Chương Al-Nur
Mục lục các chương Kinh Số trang
 
Bản dịch ý nghĩa nội dung Qur'an - الترجمة الكيروندية - Mục lục các bản dịch

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

Đóng lại