《古兰经》译解 - الترجمة الكيروندية * - 译解目录

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

含义的翻译 段: (18) 章: 开海菲
وَتَحۡسَبُهُمۡ أَيۡقَاظٗا وَهُمۡ رُقُودٞۚ وَنُقَلِّبُهُمۡ ذَاتَ ٱلۡيَمِينِ وَذَاتَ ٱلشِّمَالِۖ وَكَلۡبُهُم بَٰسِطٞ ذِرَاعَيۡهِ بِٱلۡوَصِيدِۚ لَوِ ٱطَّلَعۡتَ عَلَيۡهِمۡ لَوَلَّيۡتَ مِنۡهُمۡ فِرَارٗا وَلَمُلِئۡتَ مِنۡهُمۡ رُعۡبٗا
Ubonye rero ukuntu benisenga bari bameze, wokwibajije ko bakanura kandi basinziriye. Twebwe Allah, Twaguma Tubahindukiza ku rubavu rw’iburyo n’urw’ibubamfu, kugira ibihimba vyabo ntibibore ngo biribwe n’umuswa. Imbwa yabo bari kumwe, yari irambije ku bwinjiriro bwa nya senga nk’aho yoba ibacungereye. Uturukiriye aho bari, ubabonye wari gutungwa n’ayo wameze, wari no kwicwa n’ubwoba budasanzwe.
阿拉伯语经注:
 
含义的翻译 段: (18) 章: 开海菲
章节目录 页码
 
《古兰经》译解 - الترجمة الكيروندية - 译解目录

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

关闭