Check out the new design

《古兰经》译解 - 吉隆德语翻译 - 优素福·盖希提。 * - 译解目录

PDF XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

含义的翻译 段: (90) 章: 尼萨仪
إِلَّا ٱلَّذِينَ يَصِلُونَ إِلَىٰ قَوۡمِۭ بَيۡنَكُمۡ وَبَيۡنَهُم مِّيثَٰقٌ أَوۡ جَآءُوكُمۡ حَصِرَتۡ صُدُورُهُمۡ أَن يُقَٰتِلُوكُمۡ أَوۡ يُقَٰتِلُواْ قَوۡمَهُمۡۚ وَلَوۡ شَآءَ ٱللَّهُ لَسَلَّطَهُمۡ عَلَيۡكُمۡ فَلَقَٰتَلُوكُمۡۚ فَإِنِ ٱعۡتَزَلُوكُمۡ فَلَمۡ يُقَٰتِلُوكُمۡ وَأَلۡقَوۡاْ إِلَيۡكُمُ ٱلسَّلَمَ فَمَا جَعَلَ ٱللَّهُ لَكُمۡ عَلَيۡهِمۡ سَبِيلٗا
Ariko rero, abantu bafitaniye imigenderanire na zo musanzwe mufitaniye amasezerano yo kudasotorana, canke abanse kubarwanya mwebwe canke kurwanya benewabo, bagashoka baza babagana batagira aho begamiye, abo ntimuzobarwanye. Iyo rero Imana Allah Ishaka, ni ukuri Yari kubagerageza mu kubagomora mu ndwano, maze bakabarwanya bafadikanije n’abansi banyu mu babangikanyamana, ariko rero ntiyabigize ku mpuhwe zayo. Nibaramuka baretse kubarwanya rero bakaza bishikanye, aho nta burenganzira Imana Allah Yabahaye bwo kubarwanya.
阿拉伯语经注:
 
含义的翻译 段: (90) 章: 尼萨仪
章节目录 页码
 
《古兰经》译解 - 吉隆德语翻译 - 优素福·盖希提。 - 译解目录

由优素福·盖提翻译。由非洲发展机构发布。

关闭