《古兰经》译解 - الترجمة الكيروندية * - 译解目录

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

含义的翻译 段: (83) 章: 玛仪戴
وَإِذَا سَمِعُواْ مَآ أُنزِلَ إِلَى ٱلرَّسُولِ تَرَىٰٓ أَعۡيُنَهُمۡ تَفِيضُ مِنَ ٱلدَّمۡعِ مِمَّا عَرَفُواْ مِنَ ٱلۡحَقِّۖ يَقُولُونَ رَبَّنَآ ءَامَنَّا فَٱكۡتُبۡنَا مَعَ ٱلشَّٰهِدِينَ
N’iyo bumvise Qor’ani yahishuriwe Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah), ubona amosozi yicunda mu maso, biturutse ku kuri batahuye, ko kuva ku Mana Allah [25] kukabanyura, bagaheza rero bakemanga bavuga bati: “Mana yacu Rurema Allah! Twakwemeye twanakurikiye n’Intumwa yawe. Kubera ivyo rero, duhe iteka ryo kwandikwa hamwe n’intungane mu bakurikiye Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), bazoba ivyabona vy’ukuri vyagiriza abagarariji ku musi w’izuka;
[25] Nk’uko vyashikiye abanaswara bo muri Etiyopiya igihe bumva Qor’ani isomwe n’umwe mu ntumwa zarungitsweyo n’Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah).
阿拉伯语经注:
 
含义的翻译 段: (83) 章: 玛仪戴
章节目录 页码
 
《古兰经》译解 - الترجمة الكيروندية - 译解目录

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

关闭