《古兰经》译解 - الترجمة الكيروندية * - 译解目录

PDF XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

含义的翻译 段: (123) 章: 艾奈尔姆
وَكَذَٰلِكَ جَعَلۡنَا فِي كُلِّ قَرۡيَةٍ أَكَٰبِرَ مُجۡرِمِيهَا لِيَمۡكُرُواْ فِيهَاۖ وَمَا يَمۡكُرُونَ إِلَّا بِأَنفُسِهِمۡ وَمَا يَشۡعُرُونَ
Ni nk’uko nyene rero - vyashikiye abagarariji b’i Makka bakaburagiza abantu kwinjira mw’idini ry’Imana Allah - Twatumye mu gacimbiri ako ari ko kose haba intumva zirongowe n’indongozi zazo, kugira zitegure zinashire mu ngiro ubwononyi bwo kurwanya idini ry’Imana Allah, burya ubwo bwononyi zigira, nta wundi buzogarukako atari kuri zo, n’aho ata vyo zumva.
阿拉伯语经注:
 
含义的翻译 段: (123) 章: 艾奈尔姆
章节目录 页码
 
《古兰经》译解 - الترجمة الكيروندية - 译解目录

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

关闭