《古兰经》译解 - الترجمة الكيروندية * - 译解目录

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

含义的翻译 段: (98) 章: 艾尔拉夫
أَوَأَمِنَ أَهۡلُ ٱلۡقُرَىٰٓ أَن يَأۡتِيَهُم بَأۡسُنَا ضُحٗى وَهُمۡ يَلۡعَبُونَ
Mbega abantu bo mu bisagara bibaza ko batekaniwe kudahanwa n’Imana Allah, batoshikirwa n’ibihano mu gihe bari mu mirimo ya misi yose mu gitondo[15] ata co binona!
[15] Imana Allah Yavuze canecane ibi bihe bibiri, igihe baryamye mw’ijoro n’igihe bari ku mirimo ya misi yose mu gitondo, kuko ibihano bishikira umuntu muri ivyo bihe, bibabaza cane bigatera agahinda.
阿拉伯语经注:
 
含义的翻译 段: (98) 章: 艾尔拉夫
章节目录 页码
 
《古兰经》译解 - الترجمة الكيروندية - 译解目录

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

关闭