የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية * - የትርጉሞች ማዉጫ

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

የይዘት ትርጉም ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሁመዛህ   አንቀጽ:

SURATU L-HUMAZAH

وَيۡلٞ لِّكُلِّ هُمَزَةٖ لُّمَزَةٍ
Uguhanwa nya guhanwa, ni ukw’uwo wese anegura akandagaza abantu, akwiragiza insaku (gateranya);
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
ٱلَّذِي جَمَعَ مَالٗا وَعَدَّدَهُۥ
Yishinga kwegeranya amatungo no kuyaharura kenshi.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
يَحۡسَبُ أَنَّ مَالَهُۥٓ أَخۡلَدَهُۥ
Mbega yibaza ko amatungo yiwe azomubeshaho ibihe bidahera akanamukingira iharurirwa!
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
كَلَّاۖ لَيُنۢبَذَنَّ فِي ٱلۡحُطَمَةِ
Nateshwe ate, arahumba! Ni ukuri uyo muntu, azojugunywa muri ruyonza.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
وَمَآ أَدۡرَىٰكَ مَا ٱلۡحُطَمَةُ
Ntumwa y'Imana! Mbega, ni igiki cokumenyesha ico ari co ruyonza?
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
نَارُ ٱللَّهِ ٱلۡمُوقَدَةُ
Ni umuriro w’Imana Allah wama wegenyejwe;
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
ٱلَّتِي تَطَّلِعُ عَلَى ٱلۡأَفۡـِٔدَةِ
Unyengetera mu mishaha.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
إِنَّهَا عَلَيۡهِم مُّؤۡصَدَةٞ
Mu vy’ukuri, uwo muriro urabakikuje mu mpande zose;
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
فِي عَمَدٖ مُّمَدَّدَةِۭ
Bazoba baboheshejwe iminyororo miremire n’amapingu; ntibazocaruka na gato.
የአረብኛ ቁርኣን ማብራሪያ:
 
የይዘት ትርጉም ምዕራፍ: ሱረቱ አል ሁመዛህ
የምዕራፎች ማውጫ የገፅ ቁጥር
 
የቅዱስ ቁርዓን ይዘት ትርጉም - الترجمة الكيروندية - የትርጉሞች ማዉጫ

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

መዝጋት