Firo maanaaji al-quraan tedduɗo oo - الترجمة الكيروندية * - Tippudi firooji ɗii

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

Firo maanaaji Aaya: (101) Simoore: Simoore maa'ida
يَٰٓأَيُّهَا ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ لَا تَسۡـَٔلُواْ عَنۡ أَشۡيَآءَ إِن تُبۡدَ لَكُمۡ تَسُؤۡكُمۡ وَإِن تَسۡـَٔلُواْ عَنۡهَا حِينَ يُنَزَّلُ ٱلۡقُرۡءَانُ تُبۡدَ لَكُمۡ عَفَا ٱللَّهُ عَنۡهَاۗ وَٱللَّهُ غَفُورٌ حَلِيمٞ
Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo! Ntimukabaze ku ngingo yerekeye ibintu mutatomorewe mw’idini[35], kandi mu gihe mwotomorerwa ingingo yavyo yobaremera kuyubahiriza. Mu gihe mwobaza ingingo yavyo Intumwa ikihari ikimanurirwa Qor’ani, mwotomorewe ingingo yavyo. Imana Allah Yaretse kubatomorera ingingo yavyo Ibibona ku neza yanyu, kugira ntimunanirwe kuvyubahiriza. Burya Imana Allah ni Nyenimbabazi-ntangere ku bigaya, Nyenubwitonzi-ntangere, ntiyihutira guhana.
[35] Nko kubaza ingingo yerekeye ibintu bitigera bibaho, canke kubaza ingingo yerekeye ibintu mu gihe yotomorwa yobaberamwo amananiza; nk’igihe Al-Aqra’u mwene Haabisi yabaza ko ugushengerera ingoro ntagatifu ari ku mwaka ku mwaka. Intumwa (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) ikamwishura iti: “Iyo nishura nti: “Ego cane!”, ryaca riba itegeko ko mushengerera ingoro ntagatifu uko umwaka utashe, kandi ntimwari kubishobora namba”.
Faccirooji aarabeeji:
 
Firo maanaaji Aaya: (101) Simoore: Simoore maa'ida
Tippudi cimooje Tonngoode hello ngoo
 
Firo maanaaji al-quraan tedduɗo oo - الترجمة الكيروندية - Tippudi firooji ɗii

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

Uddude