क़ुरआन के अर्थों का अनुवाद - الترجمة الكيروندية * - अनुवादों की सूची

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

अर्थों का अनुवाद आयत: (7) सूरा: सूरा अल्-कह्फ़
إِنَّا جَعَلۡنَا مَا عَلَى ٱلۡأَرۡضِ زِينَةٗ لَّهَا لِنَبۡلُوَهُمۡ أَيُّهُمۡ أَحۡسَنُ عَمَلٗا
Mu vy’ukuri Twebwe Allah, Twaremye ibiri kw’isi, maze Tubigira ibisharizo vyayo, Tunabigira ibintu ngirakamaro ku bayicumbitseko, kugira Tubagerageze haheze hamenyekane uwukora ivyiza ku bw’Imana Allah kurusha abandi, hamenyekane n’umunyavyaha ruhebuza, gutyo Tuzohembere umwe wese ivyo yakoze.
अरबी तफ़सीरें:
 
अर्थों का अनुवाद आयत: (7) सूरा: सूरा अल्-कह्फ़
सूरों की सूची पृष्ठ संख्या
 
क़ुरआन के अर्थों का अनुवाद - الترجمة الكيروندية - अनुवादों की सूची

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

बंद करें