क़ुरआन के अर्थों का अनुवाद - الترجمة الكيروندية * - अनुवादों की सूची

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

अर्थों का अनुवाद आयत: (51) सूरा: सूरा फ़ुस्सिलत
وَإِذَآ أَنۡعَمۡنَا عَلَى ٱلۡإِنسَٰنِ أَعۡرَضَ وَنَـَٔا بِجَانِبِهِۦ وَإِذَا مَسَّهُ ٱلشَّرُّ فَذُو دُعَآءٍ عَرِيضٖ
Iyo rero Twebwe Allah, Duhaye umuntu inema zacu akaroranirwa mu buzima, aca ahindukira akagira amanyama. Iyo naho akozweko n’ikiza c’ubukene canke indwara n'ibindi, araheza agasaba Imana Allah ayitabaza ko Ikimukurako[7].
[7] Umuntu amenya Imana Allah iyo ari mu magorwa, agaheza akayisaba; ariko iyo Igize ngo Iramukuye muri nya magorwa, aca ayigarariza akanayihambazako.
अरबी तफ़सीरें:
 
अर्थों का अनुवाद आयत: (51) सूरा: सूरा फ़ुस्सिलत
सूरों की सूची पृष्ठ संख्या
 
क़ुरआन के अर्थों का अनुवाद - الترجمة الكيروندية - अनुवादों की सूची

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

बंद करें