क़ुरआन के अर्थों का अनुवाद - الترجمة الكيروندية * - अनुवादों की सूची

XML CSV Excel API
Please review the Terms and Policies

अर्थों का अनुवाद आयत: (94) सूरा: सूरा अल्-माइदा
يَٰٓأَيُّهَا ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ لَيَبۡلُوَنَّكُمُ ٱللَّهُ بِشَيۡءٖ مِّنَ ٱلصَّيۡدِ تَنَالُهُۥٓ أَيۡدِيكُمۡ وَرِمَاحُكُمۡ لِيَعۡلَمَ ٱللَّهُ مَن يَخَافُهُۥ بِٱلۡغَيۡبِۚ فَمَنِ ٱعۡتَدَىٰ بَعۡدَ ذَٰلِكَ فَلَهُۥ عَذَابٌ أَلِيمٞ
Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo! Ni ukuri Imana Allah Izobagerageza mu kugira uruhigi rw’igihirwa mushoboye gufatisha iminwe yanyu, n’ico muteye amacumu mugaheza mukagifata. Iryo geragezwa mu ruhigi, ni ukugira ngo Imana Allah Yerekane uwuyitinya vy’ukuri atayibona, agaheza rero akareka kugira urwo ruhigi mu gihe yambaye urubega mw’ishengerera ry’ingoro ntagatifu canke mw’igendera ryayo. Uwuzorenga rero ku mabwirizwa y’Imana Allah inyuma yo gushikirwa n’iyi ngingo akagira uruhigi, namenye ko azohabwa ibihano bibabaza.
अरबी तफ़सीरें:
 
अर्थों का अनुवाद आयत: (94) सूरा: सूरा अल्-माइदा
सूरों की सूची पृष्ठ संख्या
 
क़ुरआन के अर्थों का अनुवाद - الترجمة الكيروندية - अनुवादों की सूची

ترجمة معاني القرآن الكريم إلى اللغة الكيروندية، ترجمها يوسف غهيتي.

बंद करें