Mu bahawe Igitabu, harimwo abazovuga ku bijanye n’igitigiri ca benisenga, ko bari batatu hamwe n’imbwa yabo igira kane; harimwo n’abazovuga ko bari batanu hamwe n’imbwa yabo igira gatandatu. Umugwi wose muri iyo migwi ibiri, uzopfa gukekeranya igitigiri cabo ata cemezo ufise; harimwo n’abazovuga ko benisenga bari indwi hamwe n’imbwa yabo igira umunani. Ntumwa y’Imana! Vuga uti: “Imana yanje Rurema Allah, ni Yo Izi neza na neza igitigiri ca benisenga uko kingana. Ni bake cane mu bantu bazi neza na neza igitigiri cabo”. Ntugaharire rero n’abahawe Igitabu ku vyerekeye igitigiri ca benisenga, kiretse igihe wobiganira ku vyo wahishuriwe n’Imana Allah gusa; ntuzonabaze n’umwe muri bo ku vyerekeye inkuru ya benisenga kuko ata nkuru y’imvaho bafise.
Ntumwa y’Imana! Niwaramuka ubajijwe ku bijanye n’ikiringo benisenga bamaze basinziriye mw’isenga ry’ibuye, mu gihe ata bumenyi ubifiseko buturutse ku Mana Allah, uraheza wishure uti: “Imana Allah ni Yo Izi neza na neza ikiringo bamazeyo, ni Yo Ifise ubumenyi bw’ibinyegejwe ibiremwa mu majuru no mw’isi, burya ukubona n’ukwumva kwayo, ni igitangaza koko. Ibiremwa nta muhagarikizi n’umwe bifise havuye Imana Allah yobitunganiriza ivyavyo, kandi nta n’umwe muri vyo Ibangikanije na we mu gushinga amateka no kuyashira mu ngiro”.
Contents of the translations can be downloaded and re-published, with the following terms and conditions:
1. No modification, addition, or deletion of the content.
2. Clearly referring to the publisher and the source (QuranEnc.com).
3. Mentioning the version number when re-publishing the translation.
4. Keeping the transcript information inside the document.
5. Notifying the source (QuranEnc.com) of any note on the translation.
6. Updating the translation according to the latest version issued from the source (QuranEnc.com).
7. Inappropriate advertisements must not be included when displaying translations of the meanings of the Noble Quran.
検索結果:
API specs
Endpoints:
Sura translation
GET / https://quranenc.com/api/v1/translation/sura/{translation_key}/{sura_number} description: get the specified translation (by its translation_key) for the speicified sura (by its number)
Parameters: translation_key: (the key of the currently selected translation) sura_number: [1-114] (Sura number in the mosshaf which should be between 1 and 114)
Returns:
json object containing array of objects, each object contains the "sura", "aya", "translation" and "footnotes".
GET / https://quranenc.com/api/v1/translation/aya/{translation_key}/{sura_number}/{aya_number} description: get the specified translation (by its translation_key) for the speicified aya (by its number sura_number and aya_number)
Parameters: translation_key: (the key of the currently selected translation) sura_number: [1-114] (Sura number in the mosshaf which should be between 1 and 114) aya_number: [1-...] (Aya number in the sura)
Returns:
json object containing the "sura", "aya", "translation" and "footnotes".